Print

Ikirundi (Kirundi)

Reta Y’omuri Queensland iratanga imfashanyo Z’ubusobanuzi kubantu baterefona kandi bakaba batavuga Ic’ongereza.

Guterefona uri muri Australia

Terefona 13 QGOV (13 74 68) hanyuma ubaze Translating and Interpreting Service (imfashanyo yo Gusobanura hamwe n’indimyi).

Guterefona uri m’ubihugo vy’ohanze

Terefona +61 7 3022 0001 (Amasaha +10 UTC) hanyuma ubaze Translating and Interpreting Service (imfashanyo yo Gusobanura hamwe n’indimyi).